Bouja Bougeons yagenze neza cane

0

Isabukuru Buja Bougeons ryagenze neza cane nkuko ababituganije babaimenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews
natacha
Abanyecubahiro atari bake bari bishikiye kuri Hotel Club Du lac Tanganyika ahariko habera iryo sabukuru Buja Bougeons
Abaririmvyi nka Natacha,Emmery Sun,Rally Joe n’umugwi ugizwe na Alfred na Bernard bari bahiskiye kugira bataramenyeshe abari ngaho kuri Club Du Lac Tanganyika