UBM News ads UBM News ads
Friday, June 14, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

«Ntivyumvikana ukuntu wogaruza amatungo y-igihugu mu nyuma ugaca uza kurihisha amahera»-Ndayishimiye

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umukuru w-igihugu c-uburundi amenyesha ko atawuzosubira kuronswa amafaranga y-agahembo kubera yatanze amakuru yerekeye abanyuruza amatungo y-igihugu. Varisito Ndayishimiye yabishikirije mu kiganiro kidasanzwe yagiranye n-abamenyeshamakuru hamwe n-abanyagihugu, hari mu mpera z-umwaka w-2021.Image

Perezida Ndayishimiye asaba abarundi nyabuna kubikora kubera gukunda igihugu ntibabe abacangero.

« ngo ko mutazompa fraude ndayiretse igende, hama hace habura amahera yo kugura imiti, intebe, habure amahera yo kwubaka amashure n-amabarabara hama uce uvuga ngo uranezerewe cane,  ni mwaba muri abacangero ntakibazo tuzobaha visa  muze murariha visa kuko muri abacangero» Niko Perezida Varisito Ndayishimiye yavuze.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments