Mu ntumbero yo gushika ku vyapfunditswe mu nama ya COOP26 kubijanye no kugabanya imyuka yonona igisenge, igisata c-ishirahamwe mpuzamakungu ONU gikwirikirana ibidukikije gutanguza umugambi kuri Leta y-uburundi wo gukoresha imiduga yunguruza abantu benshi ikoresha umuyagankuba. Bikaba vyavugiwe mu ruganda rwateguwen-ubushikiranganji bw-ubudandaji hari mu ntara ya Gitega , kuri uyu wa kane.![LE CHIFFRE] La voiture électrique moins chère que l'essence dès 2025](https://www.novethic.fr/fileadmin/voiture-electrique-en-charge-pixabay.jpg)
Nkuko bitangazwa n-umuhanuzi ajejwe ubuhinga mu bushikiranganji bw-ubudandaji, mu gutangura uwo mugambi, ngo hagiye gushikirizwa ishirahamwe OTRACO ipikipiki zigera kuri mirongo ibiri zikoresha umuyagankuba. Ikindi, ngo hakwiye kujaho igisata kimwe gikurikirana ibijanye no kwunguruza abantu kugira ingorane abunguruza abantu bagira zigabanuka.





Recent Comments