Ntibisanzwe: Mu Burundi abakobwa badandaza imibiri yabo mugusambana bavuze ibintu bitangaje cane !

0

Abakobwa baba mu Burundi badandaza imibiri yabo ntiborohewe nagato aho bo ubwabo bavuga ko bababonera ndetse ko kumunsi bashobora kuryamana n’abagabo benshi kandi atanubukingirizo bakoresheje.

inday

Ikindi naco ngo kuba bakora uno mwuga wubusambanyi ngo nuko atakundi bobigenza ariko ngo ntibabikunda. Ushobora kunviriza hano kino kiganiro bakoranye numwe mu bamenyeshamakuru akorera kukinyamakuru kimwe co mu Burundi ”

Icitonderwa : Uno munyamakuru yariko arabaza bino bibazo ntabwo ari uwa UBM News.