Nizahe Mfungurwa Iry Tina Akunda Gufungura?

0

Iry Tina n’umwe mu baririmvyi b’abarundi bakundwa cane,akorera akazi kiwe mu gihugu c’ubuganda,akaba yamenyesheje ico akunda gufungura
iry tina
Aganira n’abamenyeshamakuru b’insamirizi Buja Fm ku munsi wa gatandatu mu kiganiro Saturday Show,Iry Tina bakaba baramubajije ico akunda gufungura,iryb tina akaba yamenyesheje ko akunda cane gufungura ubugari bw’ibigori,inyama hamwe n’umukubi

Tworangiza tubamenyesha ko Iry Tina muri kino gihe abarizwa mu gihugu ciwe c’amavukiro