3Hills Bafadikanije na Kidum Bashize Ahabona Amasanamu y’Indirimbo ”Vimba Vimba”

0

Umuririmvyi Jean Pierre Nimbona Kidum afadikanije n’umugwi 3Hills wo mu gihugu c’ubuganda bashize ahabona amasanamu y’indirimbo”Vimba Vimba”,amasanamu yararindiranwe igishika cinshi cane
3hills
Yarabe hano:

https://www.youtube.com/watch?v=Op-XoGvA-Bw