Ningekuwa na Mabawa by Jimmy Samson ( Official Audio )

0

samson

Umwe mu baririmvyi b’abarundi bagezweho muri Leta zunze ubumwe za America bivanye nukuntu indirimbo asohora zikunzwe cane ” Jimmy Samson , yongeye gushira ahabona iyindi ndirimbo yiwe nshasha idasanzwe izwi kwizina rya ” Ningekuwa na Mabawa” Yumvirize hano musi.