Nigiki kiri hagati ya Mac Arthur n’umugwi Best Life Music?

0

Umunyegori w’umugwi nserukira gihugu w’uburundi Arakaza Mac Arthur arabuga ubucuti buhari hagati yiwe n’umugwi Best Life Music
mac arthur na best life
Nyuma yaho abantu batanguye kuvugira yuko uyo munyegori yoba ariwe afasha umugwi Best Life Music kubijanye n’amahera yose bakenera kugira akazi kabo kabandanye kagenda neza,ikinyamakuru canyu ubmnews camwegereye kiramubaza vyinshi kubijanye n’ibimaze iminsi bivugwa hagati yiwe n’umugwi Best Life Music,Arakaza Mac Arthur akaba yatubwiye ati:
Ndakunda cane umugwi Best Life Music ninaco gituma umwanya wose abantu batuma turikumwe yaba mu biteramo canke ahandi hantu bandi so nuko ndabakunda kandi ndabipfuriza iterambere mu kazi kabo

Tworangiza tubamenyesha ko Ivyo Mac Arthur abivugiye nyuma yahop hadutse ibihuhua bivuga yuko Mac Arthur yoba asigaye ariwe afata mu mugongo uyo mugwi(Nest Life Music)