2gb agiye gukora igiteramo kidasanzwe mu gihugu ca Dubai

0

Umuriririmvyi ava mu gihugu ca kenya azwi kw’izina rya 2gb agiye gukora igiteramo kidasanzwe cane,igiteramo agiye gukorera mu gihugu ca Dubai
2gb
Kuri uno munsi uyo muririmvyikazi akaba yaganiriye n’umumenyeshamakuru w’ikinyamakuru ubmnews aho yashoboye kutumenyesha ko agiye gukora igiteramo kidasanzwe cane mu gihugu ca Dubai,igihugu asanzwe abamwo muri kino gihe,kuko asanzwe akorera muri ico gihugu,
2gb akaba yabandanije kandi kutubwira ko agiye gukorera cane hano mu gihugu c’uburundi kugira abe ko umuziki wiwe wokundwa cane hano mu gihugu c’uburundi,ndetse akaba agiye gukorana n’umwe mu bamenyeshamakuru ba hano mu gihugu c’uburundi
Kubatamuzi uyo muririmvyikazi raba hano imwe mu ndirimbo yiwe yitwa ”Simu”