Nigiki catumye Indege imusiga Ashley Diva?

0

Kuri uno munsi igenekerezo rya 25/9/2016 niho umuririmvyikazi w’umurundi Ashley Diva yategerezwa gufata urugendo yerekeza mu gihugu ca kenya,igihugu asanzwe abamwo muri kino gihe,
Ariko Ashley Diva akaba atabaye akigenda kuko indege yategerezwa kumurerura itabaye ikimutwara kuko yashoboye kumusiga bivanye nuko Ashley Diva atari afise urupapuro rw’urucanco(carte de vaccination)
ashley-diva
Nyuma yaho indege imusigiye,Ashley Diva yashoboye guha ikiganiro ikinyamakuru cacu ubmnews,aho yatubwiye ati:Nategerezwa kugenda n’indege ya sa indwi ariko nkaba nashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura bansaba urupapuro rw’urucanco naje ntago nari mfise bivanye nuko mperuka batarusaba bikaba arivyo vyatumye indege insiga

Tworangiza tugbamenyesha ko Ashley Diva atagihindutse azoca asubira kugenda muri iyi ndwi nyene naho atatumenyesheje umunsi