Ngiyi hano video nshasha y’umuririmvyi GN ” Akanyana by GNNEPHEW (Official Video)

0

Umuririmvyi w’umurundi aba muri America ariko arakora neza cane m’umuziki ndundi ” GN, yashize ahabona amashusho y’indirimbo yiwe nshasha yahaye izina rya ” Akanyana

IMG_1295

Ino video nkuko biboneka nuko ikozwe muburyo bugezezweho kuko isanzwe ibona neza cane ( High Quality ) ndetse abatari bake bakaba babandanya kuyikunda .