UBM News ads
Tuesday, October 3, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ngaba hano abashatse kugandagura Willy Nyamitwe.

UBM News ads

Willy Nyamitwe yahatswe kugandagurwa n’abantu bashatse kumurasa ageze hafi yo ku rugo iwe mu Kajaga mu gisagara ca Bujumbura.

img_0609
Amakuru dufise akaba yemeza ko yatewe atashe inyuma ya y’isaha zitatu z’ijoro aho umwe mu bacungera umutekano wiwe yaciye yitaba Imana ubwo nyene

Kugeza ubu amatohoza aza yatanguye ariko abashatse kugandagura Willy Nyamitwe bakaba bataramenyekana neza ariko abajejwe umutekano bakaba bazindutse gusaka muri quartier Kajaga iri mugusagara ca Bujumbura

Inkuru ziva mu gipolisi zivuga ko mw’ijoro nyene hatowe ibikono vy’amasase n’ibisase ntezwantoke bitatu bitaturitse.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments