Saturday, December 3, 2022
HomeNewsJeremie Minani wo muri CNARED yababajwe no kubona Willy Nyamitwe yarusimbutse.

Jeremie Minani wo muri CNARED yababajwe no kubona Willy Nyamitwe yarusimbutse.

Jeremie Minani asanzwe ajwejwe kumenyesha amakuru mu runani rwishinze kugwanira amasezerano ya Arusha hamwe no kwubahiriza ibwirizwa nshingiro ,CNARED Giriteka ,yabaye uwambere yemenga kwababajwe no kubona Wily Nyamitwe,umuhanuzi mukuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu ataguye mu mutego wabitwaje ibigwanisho.

img_0621

Abicishije kurukuta rwiwe ngurukana bumenyi ” Yeremiya Minani yagize ati:”“En âme et conscience, comment peux-je condamner une attaque armée contre ce monstre?
Il mérite ce qu’il a eu et sa mort aurait été une justice pour les millions de burundais victimes de ces atrocités de masse que Willy NYAMITWE a toujours défendu et soutenu.”

Gusa Yeremiya Minani akaba yamenyesheje kwivyo yashikirije yabishikirije kugatwe kiwe gusa atari kuruhara rwa CNARED


Must Read

Perezida Kagame yagiriza Tshisekedi kwitwaza intambara ya M23 kugira yunguruze amatora...

0
Umukuru w’igihugu c’Urwanda, Paul Kagame yagiriza mugenzi we w’igihugu ca Congo, Felix Tshisekedi ko yoba afise imigambi yo kwitwaza ibibazo vy’umutekano muke urangwa mu...