Nivyukuri umukobwa afite amabuno manini bituma akundwa cane nabahungu ? iki kibazo cari gikwiwe kwishurwa numuntu wese aza gusoma ino nkuru kandi igitekerezo cawe kirakenewe kugirango abantu babashe kumenya ukuri!
Sinzi kwabahungu bikigihe babarundi ko baturoze canke kwari ingeso twadukanye, kuko murikigihe nkabahungu bagera kuri 90% iyo babonye umukobwa wumurundi afite amabuno manini bibanka munda ugasanga niwo bariko barirukira cane, sivyimbeshere iyo babonye umukobwa nkuwo arenganye ahantu bose amaso agenda araba kumabuno ntahandi.
ikindi naco kivyishe abakobwa baca bagenda bambaye nimpuzu zimwe zibanye kandi ngufi kuburyo nivyindani ubibona ! ariko ikibazo kiraha ! ese utwaye uwo mukobwa wamukundiye amabuno gusa arafu umushikanye munzu yamabuno agapunguka, yani agahera ese vyoca bigenda gute ?Ese ubona arigiki cokorwa kugirango ivyo bintu bigabanuke ? abagabo nabahungu tureke kwirukira ivyo tubonesha namaso ahubwo tugumane abagore bacu Imana yaduhaye kandi tutaravye neza murayo mabuno harico tuzohakura daaa ! To be Honest There is Nothing between There just nibintu bisanzwe.
Recent Comments