UBM News ads
Tuesday, October 3, 2023
No menu items!
UBM News ads

Big Fizzo ” ivyo nvunze ningombwa ndabishitse ubu ndagarutse muburundi kwitabira ibiteramo

UBM News ads

Umuririnvyi rurangiranwa wumurundi afite abafana benshi cane ” Big Fizzo ” ubu agiye kugaruka mugihugu cuburundi aho abantu kugeza ubu ari benshi bamwiteganye igishika.

concert

Muribuka yuko mukwezi kwa 6 hano kuri UBMNews ko twigeze kubatangariza ivyigiterane ciwe yakoze cavugati ” Bye bye Concert ” ico naco kikaba cari igiterane cogusezera uwo muririnvyi ariko nkuko yari yasize avyemeye ko azogaruka muburundi gushikiriza album yiwe, ubu rero ivyo yemeye agiye kubishitsa kuko mukwicenda itari 5 azoba yitabiriye Primus ”

UBMNews reka ibibutse mwese abakunzi bumuziki wuburundi ko Big Fizzo mu gihe cose azomara mu burundi ko azaboneraho akanya ko gushira iyo album yiwe ku mugaragaro nk’uko yagiye abivuze kandi vyinshi bijanye nuno muririnvyi tuzobikwirikirana kugirango tubibamenyeshe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments