Natacha Ngendabanka yashize ahabona umunsi azoshirirako ahabona indirimbo ”Shikilia”

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Natacha Ngendabanka yashize ahabona umunsi azoshirira ahabona indirimbo yiwe aheruka gukorera mu gihugu ca Tanzania,mu nzu ihinyanyura indirimbo ya Wasafi Record isanzwe ikoreramwo umuhinyanyuzi yigeze gukora hano mu gihugu c’uburundi ariwe Lyzer Classic

shirikiya
Nkuko rero yabidushikirije uyo muririmvyikazi Natacha Ngendabanka yashoboye kubitumenyesha ,akaba yatumenyesheje ko iyo ndirimbo agiye kuyishira ahabona ku ùmunsi mukuru waba Islam aho naho akaba ari ejo canke hirya y’ejo

Tworangiza tubamenyesha ko iuo ndirimbo yitwa Shikilia