Best Life Music washize ahabona umunsi uzoshirira ahabona amasanamu y’indirimbo ”Ma Lova”

0

Umugwi Best Life Music ugiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo yabo Ma Lova kuri uyu wa kane igenekerzo ry’7/7/2016 nkuko amakuru tubikesha abahurikiye muri uyo mugwi Best Life abivuga
ma lova
Tuganira n’abaririmvyi bahurikiye muri uyo mugwi kuri uno munsi bakaba batumenyesheje ko kuri uyu wa kane atagihinduka bagiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Ma Lova,kandi bizeye ko abakunzi b’umuziki ndundi bazoshobora kuyakunda cane

Tworangiza tubamenyesha ko ikinyamakuru cacu kizoba ica mbere kuronka ayo masanamu y’indirimbo Ma Lova