Friday, October 7, 2022
HomeNewsMasterland agiye gutanguza Sinzohinduka Tour

Masterland agiye gutanguza Sinzohinduka Tour

Umuririmvyi w’umurundi Ngendakumana Armel Chabel abenshi bazi kw’izina rya Masterland agiye gutanguza Sinzohinduka Tour aho azoshobora kuzunguruka uburundi nkuko yashoboye kubimenyesha
sinzohinduka cover
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Masterland akaba yamenyesheje ko agiye gutanguza sinzohinduka tour aho azozunguruka intara nyinshi,ariko ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 16/10/2015 kuri One People mu gasenyi,Masterland akazohakorera sinzohinduka tour aho azoshobora gushira ahabona umufana yashoboye gutsindira agashimwe ko gusubiramwo iyo ndirimbo sinzohinduka,

Masterland akaba yabitubwiye muri aya majambo:
Itariki 16 za k’uno kwezi , vyamaze kumenyekana ko ca giteramo Co gushira ahabona umufana azosubiramwo neza indirimbo #Sinzohinduka, ariho kizoba kuri #OnePeople yo mu gasenyi(Ecosat) ..Bishigikiwe n’abaririmvyi bazobateramisha nka
Muri iryo zunguruka,yerekana iyo ndirimbo sinzohinduka,Masterland akazoba aherekejwe n’anaririmvyi nka:Kolly,B face,Masodja yero yero hamwe na Rally Joe

Tworangiza tubamenyesha ko Sinzohinduka ari indirimbo iriko irabica bigacika mu gihugu cacu

Must Read

Cibitoke: Umusirikare umwe yarapfuye mu ntambara zabahuje mu kibira n’umuhari FDLR...

0
Umusirikare umwe niwe yahasize ubuzima uyundi arakomereka mu ntambara zimaze imisi mw'ishamba cimeza rya Kibira zihuza igisirikare c'uburundi hamwe n'umuhari w'abanyarwanda wa FDLR....