Natacha Ngendabanka yarahawe umubonano n’uwuserukira uburundi muri Tanzania

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Natacha Ngendabanka yarahawe umubonano n’uwuserukira igihugu c’uburundi mu gihugu ca Tanzania,akaba yamuhereye umubonano muri ico gihugu ca Tanzania aho uyo muririmvyikazi Natacha amaze iminsi abarizwa muri kino gihe.
natacha na ambassadeur
Natacha akaba yagiye mu gihugu ca Tanzania agiye muri Marhaba Festival,akaba yaciye abonaneraho akaryo ko gukorana amasanamu y’indirimbo yiwe,indirimbo yakoranye n’umugwi Yamoto Band.
natacha
Tworangiza tubamenyesha ko Natacha Ngendabanka yaboneyeho akaryo ko kumuha i cd y’indirimbo ziwe uwusanzwe aserukira uburundi muri Tanzania.