Intamba mu Rugamba zasezerewe mw’ihiganwa rya Cecafa

0

Umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu rugamba waraye usezerewe mw’ihiganwa rya Cecafa,ihiganwa ririko ribera mu gihugu ca Ethiopie.
intamba
Intamba mu Rugamba zikaba zasezerewe nyuma yaho ku munsi w’ejo zatsinzwe n’umugwi wo mu gihugu ca Ouganda igitsindo 1-0,igitsindo cinjiye ku munota wa mirongo irindwi w’urukino.
intamba mu rugamba
Intamba mu rugamba zikaba zari zisangiye itsinda n’imigwi ya Zanzibar,Kenya hamwe n’umugwi wa Ouganda.