Umukunzi w’umuhinyanyuzi The Cherif yamaze kumenyekana

0

Nyuma yaho abakunzi b’umuziki w’uburundi bagumye batubariza ko cherif yoba afise umukunzi canke ko atawe yoba afise,ikinyamakuru cacu ubmnews twegereye uyo muhinyanyuzi turamubaza ibibazo bimwe bimwe kugira tumenye koko nimba uyo muhinyanyuzi yoba afise umukunzi
umugore wa cherif

Mu kiganiro twagiranye nawe tukaba twaramubajije ko yoba afise umukunzi,cherif akaba yatwishuye ati:Umukunzi ndamufise kandi ndamukunda cane
cherif

kubatamuzi murashobora kumuraba hano kuraya ma foto:
ariko aratwenga umukunzi wa cherif umugore w'umuhinyanyuzi w'amasanamu