Best life Music:Ivyari nk’indoto vyabaye ukuri

0

Ijambo Ivyari nk’indoto vyabaye ukuri niryo jambo imisore ihurikiye mu mugwi best life music yashoboye kuvuga mu kiganiro yagiranye n’ikinyamakuru cacu ubmnews ku munsi w’Imana igenekerezo rya 20/12/2015 aho uyo mugwi wari uhejeje gushira ahabona masanamu y’indirimbo better than.’

Abantu atari bake bakaba bari bitabiriye ivyo birori vyabereye i kiriri ahitwa best outloock hotel.

mac arthur na best life

Abaririmvyi nka masterland,lady grace,happy famba bakaba bareretse uutima w’urukundo bagenzi babo ba best life music mu kugura ama cd.

Better Than Launch - Best Life Music Fans (7)

Arakaza mac arthur,annick kabatesi,christelle wa best outloock hotel,n’abandi benshi nabo bakaba batatazwe mu kugura ayo ma cd
Ibirori bikaba vyarangiye abantu bose bari ngaho bafashe i foto barikumwe n’imisore ihurikiye mu mugwi Best Life Music