Michel Lunanga abarizwa mu Burundi muri kino gihe

0

Michel Lunanga n’umwe mu misore ifise ingabirano idasanzwe cane,akaba asanzwe akora akazi kugufotora,akaba akundwa cane kuronka ibiraka vyo gufotora kuko aharugwa ko yoba ari mubafotozi ba mbere hano mu burundi
michel
Muri kino gihe Michel Lunanga akaba abarizwa mu gihugu c’uburundi nyuma yaho yari yakubitiye gato mu gihugu c’urwanda,Michel akaba yagarutse mu gihugu c’uburundi aje mu kazi k’ugufotora aho amenyesha ko ku munsi wa mbere azoca afata iyimusubiza mu gihugu c’urwanda
Tworangiza tubamenyesha ko Michel Lunanga ari mubafotozi ba mbere dufise hano mu gihugu c’uburundi