Lionnel Messi niwe ahejeje guhabwa umupira w’inzahabu

0

Umukinyi asanzwe akina mu mugwi wa barcelone ariwe lionnel messi niwe ahejeje guhabwa umupira w’inzahabu,akaba yatowe nk’umukinyi yarushije abandi bose kw’isi yose mu mwaka wa 2015
messi
Lionnel Messi akaba yahiganwa n’abandi bakinyi bakomeye cane kw’isi,abo nabo ni christiano ronaldo n’umukinyi neymar junior
Ibirori vyo gutanga ako gashimwe bikaba vyabereye mu gihugu c’uburusiya