Masterland yashize ahabona indirimbo Sinzohinduka iherekejwe n’amasanamu yayo

0

Hari igihe c’isaha icenda n’iminota mirongo itatu aho umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi Masterland yakoranya abamenyeshamakuru bajejwe guteza imbere umuziki kugira ashobore gushira ahabona indirimbo yise Sinzohinduka hamwe n’amasanamu yayo
masterland

Nyuma yo gushira ahabona ayo masanamu akaba yashoboye kubazwa ibibazo bimwe bimwe na bamwe mu bamenyeshamakuru ba hano iwacu bajejwe guteza imbere umuziki w’uburundi,aho bamwe bashoboye kuvuga ico babona muri ayo masanamu ariko nka bose bakaba bashimye cane ingene ayo masanamu yakozwe, bakaba banatayeko baramutera n’intege,banamubwira ko bagiye gukorera akazi iyo ndirimbo nayo masanamu

Ayo masanamu y’indirimbo sinzohinduka uyakeneye yarabe hano ku kinyamakuru vavu ubmnews: