Umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi ariwe Masterland aratera akamo abaririmvyi b’abarundi bokorera mu nzu ihinyanyura indirimbo ya master muzik
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,masterland tukaba twaramubajije akamaro ko gukorera muri master muzik akaba yatwishuye ati:Gukorera muri master muzik birafise akamaro kandi kanini cane kuko iyo umuririmvyi akoreye muri master muzik arahezwa akagirirwa promotion ku ma radio no ku binyamakuru
Ku batahazi aho iyo nzu ya mast itumbereye ni kuri gard du nord haruguru gato y’inzu ya lumitel