Best Life Music:abakunzi bacu barindire igikorwa gishasha

0

Umugwi best life music uhurikiyemwo imisore 4 aribo young dany,young jp,g kiboko hamwe na mc vita barabwira abakunzi babo ko borindira igikorwa gishasha muri ino minsi ya vuba
best life music

Baganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews bakaba batubwiye ko muri kino gihe bagiye kurekura ikindi gikorwa,tubabajije ico gikorwa icarico bakaba batashoboye kutubwira icarico ahubwo bakatubwira ko ari ibanga kuri bo kandi ko bizoryohera abakunzi babo

Tworagiza tubamenyesha ko Best Life Music ari umugwi ukundwa cane hano mu burundi