Masterland arahezagirwa n’ibikorwa Diamond akora

0

Umuririmvyi w’umurundi Ngendakumana Armel Chabel azwi nka masterland arashimishwa n’ibikorwa umuririmvyi wo mu gihugu ca tanzania diamond akora
masterland

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,masterland yanditse aya majambo akurikira k’umuririmvyi diamond,masterland akaba yanditse ati:
Uyu jaama kweli.. Behavior yake inaninspire kweli… That God bless you abundantly platinums..

Tworangiza tubamenyesha ko ivyo vyerekana ko uyo muririmvyi asanzwe ashigikira ivyo abandi bakora