Lena Gloria Nitunga yasokoroye muri Miss Burundi

0

Nyuma ya Florette Gateka aherutse gusokora muri iryo higanwa rya Miss Burundi avuga ko yahinyagaye,uwundi mwigeme ariwe Lena Gloria Nitunga w’imyaka 19 y’amavuko nawe yashikirije ko atakibandanije muri iryo higanwa,aho avugako igituma ahisemwo kuva muri iryo higanwa aruko agiye gufata urugendo yerekeza mu makungu kandi atazi igihe azogarukirako nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha bagenzi bacu basanzwe bakorera ikinyamakuru Akeza.net
lena gloria
Umwigeme yari asanzwe ahejeje amashure y’isumbuye yashoboye gusigura igituma yasokoye muri iryo higanwa,Lena Gloria Nitunga akaba yavuze « kuva muri iri higanwa kuko mfise urugendo kandi ntazi umunsi nzogarukirako.nari nshaka kubandanya muri iryo higanwa ariko ntibikunda.»
Ayo akaba ariyop majambo uyop mwigeme yashikirije

Mukurangiza uyo mwigeme ntibagiye gushimira abantu bose bari bamwizeye mu kumuha amajwi muri iryo higanwa