Magic Kingorongoro yashize ahabona amasanamu y’indirimbo ”Ile Ile”

0

Nyuma yo kwemerera abakunzi biwe ko agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo ”Ile Ile”,Magic Kingorongoro yamaze gushira ahabona ayo masanamu
magic
Yirabe hano: