Iry Tina n’umukunzi akomeye w’ikiganiro Ambiance Love

0

Umuririmvyikazi w’umurundi Iry Tina aramenyesha ko ari umwe mu bakunzi b’ikiganiro Ambiance Love,ikiganiro gica ku nsamirizi ya Buja Fm ivyo akaba yabimenyeshe insamirizi buja fm ku munsi w’ejo aho yari yatumiwe mu kiganiro saturday show
iry-tina-arikumwe-na-dj-israel-mu-kiganiro-saturday-show
Aganira n’abamenyeshamakuru b’insamirizi buja fm,Iry Tina akaba yarashoboye kubazwa ikiganiro akunda kumviriza gica ku nsamirizi ya hano mu gihugu c’uburundi,Iry Tina akaba yavuze ati:
Kuva nshika hano mu gihugu canje c’amavukiro ntakindi kiganiro numviriza atari Ambiance Love gica ku nsamirizi buja fm

Tworangiza tubamenyesha ko Iry Tina asanzwe ari umuririmvyikazi w’umurundi akorera akazi kiwe ko kuririmba mu gihugu c’ubuganda