Mac Arthur Arakaza na Audna Munezero baragaragaza urukundo rwabo

0

Nyuma yo kujana inkwano mu rugo rw’umukunzi wiwe bagiye kwubakana ariwe Audna Munezero,Mac Arthur Arakaza yari umutumirev uno munsi mu kiganiro Ambiance Love ku nsamirizi Buja Fm,ikiganiro gisanzwe gishikirizwa na Amipro,mac Arthur na Aubna Munezero bakaba bavuze vyinshi ku bijanye n’urukundo rwabo
mac Arthur n'umukunzi wiwe
Vyumvirize hano: