Masterland aguma akora ibiganiro ku mboneshakure zo mu Rwanda

0

Nyuma y’indwi irangiye ari mu gihugu c’urwanda aho yagiye gukora indirimbo,umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi ariwe Masterland abandanya akora ibiganiro ku mboneshakure n’amasamirizi atandukanye yo muri ico gihugu c’urwanda
masterland
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Masterland akaba yamenyesheje ko abandanya agira ibiganiro ku mboneshakure zo muri ico gihugu ndetse akararikira abantu gukurikirana ibiganiro ariko akorera muri ico gihugu
masterland pro
Tworangiza tubamenyesha ko Masterland yagiye gukora indirimbo yoza ije gusubirira indirimbo yiwe yakunzwe cane nubu igikundwa,indirimbo ”sInzohinduka”