UBM News ads

M23 iriko irica inzoya z’abana! ONU yahagurutse irabagabisha

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umuhari w’intagondwa wa M23 ushigikiwe n’u Rwanda nkuko bitangazwa n’ikinyamakuru RFI , bavuga ko U.N. ifise ivyemezo ko M23 iriko irica abana bakiri bato mu buseruko bwa Kongo, nk’uko ishirahamwe ry’ibihugu vy’ubumwe bw’Uburayi vyabitangaje ku wa kabiri.

ONU yagabishije ko ibintu mu buseruko bwa RDC “biriko biragenda nabi cane, kuburyo hariko habaho ihohotegwa ridasanzwe ryikiremwa muntu rikozwe na M23

Muri Kivu y’epfo, abantu barenga ibihumbi 150.000 barahunze intambara nk’uko bivugwa n’ishirahamwe ry’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryitaho impunzi, UNHCR.

Abahinga mu vy’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bavuga ko u Rwanda rugenzura neza M23 kandi ko rufise nibura ingabo zirenga 4.000 ziri gufasha M23 mu ntambara iriko iraba muri Congo .

Sources RFI “ https://www.rfi.fr/en/africa/20250219-un-accuses-m23-of-committing-summary-executions-of-children-in-drc

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments