UBM News ads

Donald Trump yahaye gasopo President wa Ukraine

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Donald trump abona ko President wa Ukraine yinjije America mu ntambara itari ikwiye kujamwo bityo ikabasesaguza amahera menshi kubutyo ngo Zelensky atazi nivyo arimwo.

Ikindi Donald Trump yagiriza Zelensky ko adashaka kuva kubutegetsi mu gutinya amatora ariko ngo akaguma yikika ku ntambara kugirango abandanye ahabwa amahera kubuntu.

Je narababwiye ko Putin azi ivyo arimwo, ubu rero ndababwira ko niyo America yahagarika gufasha Ukraine , intambara y’uburusiya na Ukraine izoba irangiye kandi intsinzi izoba iri kuba Russia

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments