LOLILO,LOLIANE,JAY FIRE babateguriye igiteramo bise IGITANGAZA

0

Abaririmvyi rurangiranwa mu Burundi LOLILO,LOLIANE hamwe Jay Fire babateguriye igiteramo cakataraboneka ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 12/9/2015 ahitwa KU KARAGO,igeteramo bise IGITANGAZA.

lolilo

Nkuko LOLIANE yabimenyesheje ikinyamakuru canyu Ubmnews.com,akaba yamenyesheje ko ico giteramo baciteguriye cane kandi bibaza ko abantu bose bazoba bitavye muri ico giteramo bazoryoherwa birenze kandi bazovaho bikugura abo baririmvyi kuko bazoba babanezereje bikwiye.

loliane

Twobamenyesha ko LOLILO na LOLIANE ari abaririmvyi bamaze gukora ibiteramo vyinshi muri aya mezi 3 arangiye.