Marina BARAMPAMA aratera ivyatsi abaraye bagandaguye Patrice GAHUNGU.

0

Marina BARAMPAMA aratera ivyatsi abaraye bagandaguye Patrice GAHUNGU uwahora ari Umuvugizi w’Umugambwe UPD Zigamibanga, aho hakaba hari mukiganiro yahaye abakozi  bakorera Radio Télévision Renaissance, akaba yavuzeko ibi biguma biba bijanye nokungandagura abarongoye imigambwe ari ivyateguwe kuva kera.

marina

Twobamenyeshako Patrice GAHUNGU yagandaguwe ku munsi wa mbere imbere yo ku muhana iwe.