Best Life Music nibo baririmvyi bahariwe ukwezi ku kinyamakuru cacu

0

Umugwi Best Life Music niwo mugwi waraye utowe nk’umugwi wahariwe ukwezi ku kinyamakuru cacu ubmnews.
Ukimara gutorwa tukaba twaregereye Young Dany ahurikiye muri uyo mugwi,turamubaza ingene yiyumva kubona umugwi wabo watowe ko muri uku kwezi aribo baririmvyi bakoze neza,Young Dany akaba yatwishuye ati:Turaryohewe cane so bibonekako ibikorwa turiko turakora mu muziki w’uburundi hariho abantu babikunda,akaba yarangije ashimira ikinyamakuru ubmnews kukuntu giteza imbere umuziki w’uburundi.
best-life
Twobamenyesha ko Best life Music uku kwezi yakoze cane aho yakoze amasanamu y’indirimbo Better Than