Lolilo yashitse amahoro muri Afrika y’Epfo

0

Niyonzima Nassor Saloum azwi kw’izina rya Lolilo yashitse neza mu gihugu ca Afrika y’Epfo aho ari muri kino gihe nkuko yashoboye kubishikiriza ikinyamakuru cacu ubmnews.
lolilo
Lolilo ati:Nashitse neza,nakiriwe neza kandi nizera ko n’ibiteramo nzogira bizokwitabwa n’abantu benshi cane kuko ndavye ingene nakiriwe binyereka ko abantu benshi bari bafise inyota yo kumbona.
lolilo muri afrika y'epfo
Twobamenyesha ko lolilo yagiye muri ico gihugu ca Afrika y’epfo agiye gukora ibiteramo n’umuririmvyi w’umurundi asanzwe aba muri nico gihugu yitwa Chris Dizzo