Annick Kabatesi:Ntakintu canryoheye nko guhonyoza ikirenge muri Mer Mediterannee

0

Annick Kabatesi asanzwe azwi cane muvyo gukora impuzu z’ibiti mu gihugu c’uburundi ngo ntakintu camuryoheye nko guhonyoza ikirenge ciwe ubwa mbere muri Mediterranee nkuko yabishirije umunyamakuru w’ikinyamakuru cacu ubmnews.

kabatesi nuyo wo hagati

Annick Kabatesi ati:guhonyoza ubwa mbere ikirenge muri Mediterrannee nico kintu canryoheye cane kuko medditeranee nayumva mu ngitabo,nayiga kw’ishure so nampa nshaka kubona ayo mazi yayo,nimba ubu narayahonyohemwo nikintu canryoheye cane ntazopfa nibagiye.

annick
Twobamenyeshako Annick kabatesi yahonyoje ikirenge ciwe ca mbere muri Mediterranee aho aheruka mu gihugu ca Misiri mw’ihayanishwa.