Lolilo yagize igiteramo ciwe ca nyuma i cap town imbere yuko atahuka mu gihugu ciwe

0

Niyonzima Nassor Saloum abenshi bazi nka lolilo yakoze igiteramo ciwe ca nyuma kuruno munsi i cap town imbere yuko afata indege aganuka mu gihugu ciwe c’uburundi
lolilo
Ico kikaba cabaye igiteramo kigira kane agize kuva agishika muri ico gihugu ca Afrika y’Epfo
Tworangiza tubamenyesha ko lolilo yarikuza muriyi ndwi turangije ariko bikaba vyarangoranye akazoza ku munsi wa gatatu itariki 6/1/2015