LOLILO agiye gushira ahabona indirimbo nshasha yitwa SIMBA IMITEGO

0

Niyonzima Nassor Saloum azwi nka LOLILO agiye gushira ahabona indirimbo nshasha yitwa SIMBA IMITEGO nkuko yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews.com
lolilo 1
SIMBA IMITEGO akaba ari indirimbo izoba ije gusubirira indirimbo yakunzwe cane mu Burundi,indirimbo yitwa Makwelekwele.
lolilo2
LOLILO akaba ari umwe mu baririmvyi bakora bigashimwa mu muziki w’uburundi.