BARATUZA arasigura uko vyagenze mu mutego wakorewe “Gnl Prime NIYONGABO”.

0

Umuvugizi w’Igisirikare c’Uburundi Col. Gaspard BARATUZA amenyesha ko abateze umutego Umukuru w’ibiro bikuru vyagisirikare muribo hashoboye gupfamwo babiri uwundi  umwe akaba yarafashwe ubu akaba ari mu minywe y’Igisirikare.

BARATU

BARATUZA abanya avugako kuruhande  ry’Igisirikare naho bashoboye kubura abasirikare bangana batatu (3) n’abandi bagera kuri batandatu (6) barakomereka.

Col. Gaspard BARATUZA akaba yashoboye kutubwirako hashoboye nogufatwa inkoho zishika kuri zine (4), yarangije asaba Igisirikare kocoguma gifatanye munda n’ubwo hariho ibiguma bitagenda neza.