Locomotive yakwije imyaka 30 y’amavuko

0

Uwahoze ari umukinyi w’umugwi wa new star ariko akaba ari icegera c’umumenyereza wa berco star muri kino gihe ariwe locomotive loco yakwije imyaka 30 y’amavuko kuri uno munsi igenekerezo rya 7/3/2015
loco

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba camwegereye kugira atubwire uko yiyumva kubona yakwije imyaka 30 y’amavuko,Loco akaba yatubwiye ati:Numva nryohewe cane kubona Imana yanyogeye uwundi mwaka ku myaka yanje,ndashimiye cane abantu banyifurije isabukuru ryiza na cane cane abavyeyi banje aho bari hose bamenye ko ndabakunda cane kandi nzokwama ndabakunda
Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba cifurije isabukuru ryiza uyo mumenyereza w’umugwi wa berco stars