Isabukuru ry’abakenyezi riregereje

0

Isabukuru ry’abakenyezi ryateguwe n’umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka riregereje,aho rizoba ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 12/3/2015 kuri hotel club du lac tanganyika
festival de la femme
Muri iro sabukuru hazoba hariho abaririmvyio bakomeye cane nka:Chany queen,soso,grace,ester hamwe n’umwigeme ava mu gihugu c’ubuganda ariwe lianne

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikazoba cahishikiye ngaho kuri club du lac tanganyika kugira tubabwire uko ibirori bizoba bimeze