Abakinyi cumi n’umwe baranze umwaka wa bibiri na cumi na gatanu kw’isi yose bamaze kumenyekana

0

Abakinyi cumi n’umwe baranze umwaka wa 2015 bamaze kumenyekana,ibirori vyo gutora abo bakinyi bikaba vyabereye mu gihugu c’uburusiya
abakinyi beza
Abo bakinyi akaba ari:
Neuer
Thiago Silva
Marcelo
Sergio Ramos
Dani Alves
Andres Iniesta
Luka Modric
Paul Pogba
Neymar
Messi
‪Christiano Ronaldo