UBM News ads UBM News ads
Friday, June 21, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Leta y’uburundi iremeza ko ubukene bw’amafaranga y’agaciro aribwo buriko butuma igitoro kibura mu gihugu.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Imbere y’inama nkenguzamateka kuri uyu wa gatatu, Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo ivy’ubudandaji no kwunguruza abantu n’ibintu yasiguye ko ikibazo c’igitoro catewe n’ubukene bw’amafaranga mvamakungu kiri mu gihugu. Marie-chantal Nijimbere akaba yemeje kandi ko ikena ry’igitoro ririko rikora ku buzima bwose bugize igihugu. Akavuga ko hari ibigorana mu nzira aho ivyo bitoro bica.

Ikindi uwo mushikiranganjiavuga ni uko ukuduza ibiciro kuri mazutu na essence bisaba ibiharuro bikomeye kuko bagerageza kubikora batishe abanyagihugu kuko ngo badugije cane kugira kiboneke neza bosanga habaye ingaruka mbi ku binyagihugu.

Marie-chantal Nijimbere akemeza ariko ko Leta iriko ikora ibishoboka vyose kugira n’igitoro na gike kiboneka kibandanye kiboneka mu gihugu.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments