UBM News ads
Wednesday, November 29, 2023
No menu items!
UBM News ads

Leta y-uburundi isaba ubumwe bwa buraya gukuraho ibihano yafatiwe nkuko Leta zunze ubumwe za Amerika zabikoze.

Leta y-uburundi isaba umuryango w-ubumwe bwa buraya gukuraho ibihano vy-ubutunzi yafatiwe nkuko igihugu ca Leta Zunze ubumwe za Amerika ziheruka kubikora mugukuraho ibihano zari zafatiye bamwe mu bategetsi bakomakomeye bari bagirijwe ivyaha vyo guhonyanga agateka kazina muntu mu mwaka w-2015.Image

Umushikiranganji w-imigenderanire n-ayandi makungu Albert Shingiro yabisavye kuri uyu wa kane mu nama yagirishirije abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi.

Naho umushikiranganji Albert Shingiro abisaba, Umuryango w-ubumwe bwa buraya uheruka kwongereza ikindi kiringo c-umwaka umwe ibihano vy-utunzi yafatiye Leta y-uburundi mu mwaka w-2016 bitewe nuko nubu Leta y-uburundi atakigoro irakora mugushitsa ivyo yasabwe n-uwo muryango mu bijanye no kwubahiriza amasezerano y-i Cotonou.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments