Landry Sb n’umuhinyanyuzi w’amasanamu aje atavyorosha mu Burundi

0

Landry Sb n’umwe mu bahinyanyuzi b’abarundi baje batavyorosha mu muziki w’uburundi,akaba ari umuhinyanyuzi asanzwe akora amasanamu y’indirimbo,akaba amaze ndetse no gukorera abaririmvyi atari bake harimwo Dj prince aho yashoboye kumukorera amasanamu y’indirimbo Sibo n’abandi
lqndry

Landry Sb akaba atandukanye n’abandi bahinyanyuzi bakora amasanamu y’indirimbo hano iwacu kuko wewe adakorera umuntu kubw’amafaranga ahubwo amukorera abanje kuraba ingabirano umuririmvyi afise,hakaba hariho abaririmvyi batari bake yemeye gukorera kubuntu
lqndry sb
Tworangiza tubamenyesha ko uwukonera gukoregwa amasanamu nuyo muhinyanyuzi imiryango iruguruye.