Abbass Nshimirimana yasinye amasezerano n’umugwi wa Chibuto

0

Umukinyi wa buja city n’umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu Rugamba ariwe Abbass Nshimirimana yasinye amasezerano n’umugwi wa Chibuto wo mu gihugu ca Mozambique.
abbass

Abbass Nshimirimana akaba yari umwe mu bakinyi bari bafatiye runini umugwi wa buja city aho vyabonekako uyo mugwi wahora ugira kuri uyo mukinyi
nshimirimana

Tworangiza tubamenyesha ko Abbass Nshimirimana agiye gukina mu mugwi umwe n’umukinyi w’umurundi Amissi Cedric.